The Burundian national anthem was written by Jean-Baptiste Ntahokaja and others and composed by Marc Barengayabo.
Burundi bwacu, Burundi buhire, Shinga icumu mu mashinga, Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka. Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo burikukira. Komerwa amashi n'amakungu, uhabwe impundu n'abawe, Isamirane mu mashinga, Isamirane mu mashinga. Burundi bwacu, ragi rya basokuru, Ramutswa intahe n'ibihugu, Ufatanije ishaka n'ubuhizi; Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza. Burundi bwacu, nkora mutima kuri twese, Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima, Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana ubumwe n'abagabo n'itekane. Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.
⏪ Back to the national symbols of Burundi
Burundi is known for its fine pottery. It is one of the oldest countries in Africa